People / Relationships

Mwarakoze

221 ViewsTwarakuranye; Bamwe muri bó batuzi tukivuka. Abandi, baratwambitse amaranje(Linges) canke pampers kubari bazifise, abandi batuzi turi imiyabaga nkumbure. Dukunda kubítã Abakozi canke Abanyenzamu bivanye n’ico bajejwe. Uno musi nari nipfuza kuganira gato kuri abo bantu. Nama ntangazwa no kubona ukuntu abo bantu bakora ijoro n’umurango…! Nimba ukora, ngira urazi “shift” irenga amasaha 8 ingene …

People / Relationships

Mwana wanje

139 ViewsMwana wanje, Ehe ugeze mu bigero, Ubu wabaye umusore/umupfasoni, Mwana wanje nkundira ndakuganirire gato   Igihe twakibaruka Ntitwari mu gihugu cacu Wavukiye mumahanga Kubera imvo nyinshi zitandukanye   (Mboneyeho n’akaryo ko kugusaba imbabazi Kuba ntaragutembereza murico gihugu c’amavuko c’abavyeyi bawe)   Waravutse muriyi si yuzuye ubumenyi Umaze gutangura kwavura, Tuba tukujanye muma shure yambere …

People / Relationships

Une lettre d’amour pour Aujourd’hui

94 ViewsIl y a une chose très pertinente qui, souvent, m’intrigue! Bien des fois, j’ai lu de beaux messages voir même des poèmes très Inspirants. Ces écrits décrivent une personne très aimable, une personne qui a impactée notre vie. Ils décrivent un être si cher et tendre dont sa présence a marquée notre existence. Dans …

People / Relationships

“Nkumbuye”

221 Views“Nkumbuye …” Can I talk to my people? Muribuka igiti c’umwembe co kuba voisins? Amapera y’abo? Ukuntu mwaja kwurira ibiti kugira murye umwembe/amapera? Jewe nikuyemwo sinashobora kwurira ibiti 😂 Baranyamurira bagaca bampa. Uko niko vyari bimeze, haba hari imigwi 2 y’abantu: 1/Abaduga kwamura bagaca baterera urya murwi wa 2/ uri hasi urindiriye abaduze kwamura. Umaze …