Mwarakoze

424 ViewsTwarakuranye; Bamwe muri bó batuzi tukivuka. Abandi, baratwambitse amaranje(Linges) canke pampers kubari bazifise, abandi batuzi turi imiyabaga nkumbure. Dukunda kubítã Abakozi canke Abanyenzamu bivanye n’ico bajejwe. Uno musi nari nipfuza kuganira gato kuri abo bantu. Nama ntangazwa no kubona ukuntu abo bantu bakora ijoro n’umurango…! Nimba ukora, ngira urazi “shift” irenga amasaha 8 ingene …

Mwana wanje

326 ViewsMwana wanje, Ehe ugeze mu bigero, Ubu wabaye umusore/umupfasoni, Mwana wanje nkundira ndakuganirire gato   Igihe twakibaruka Ntitwari mu gihugu cacu Wavukiye mumahanga Kubera imvo nyinshi zitandukanye   (Mboneyeho n’akaryo ko kugusaba imbabazi Kuba ntaragutembereza murico gihugu c’amavuko c’abavyeyi bawe)   Waravutse muriyi si yuzuye ubumenyi Umaze gutangura kwavura, Tuba tukujanye muma shure yambere …

Une lettre d’amour pour Aujourd’hui

384 ViewsIl y a une chose très pertinente qui, souvent, m’intrigue! Bien des fois, j’ai lu de beaux messages voir même des poèmes très Inspirants. Ces écrits décrivent une personne très aimable, une personne qui a impactée notre vie. Ils décrivent un être si cher et tendre dont sa présence a marquée notre existence. Dans …